N'uko satani abonye inkundo zitanguye kuza ziraramba aca ashiraho ABA besto
GAËL DGI
Mu bantu benshi haba abantu bose
Abakobwa bavuga ko batorongorwa n'umuhu adafise amafranga ndabashigikiye
Bakobwa mwemere abahungu bayafise nkuko kwanyu nyene
Abagenzi: Rongora erega washaje
Me : Ndongoye sinzosaza?
Marc Zuckerberg yakoze facebook kumyaka 18
Mbappe yatwaye coupe du monde kumyaka 16
Bro genda buke waramaze gucegwa
Bakobwa
Umuhungu agusavye numéro uze uramuha igiharuro kimwe kimwe buri kwezi upime ukwihangana kwiwe
Abantu bavuga menshi nabo mwicunge.
Ibaze ko nasanze ariko abwira chr wiwe(Marc) ko chr wiwe( Étienne) yigeze guhura na chr wiwe( Fabrice) muri ville😂
Nzokora mariage mukwezi kuza
Abantu mwese nzotumira ntimuzozane inzoga canke intererano mwe muzonzanire umugore tu.
Mu gutsinda uwukurusha ubushobozi bigusaba kumurusha ubwenge
Click here to claim your Sponsored Listing.
Location
Category
Website
Address
Bujumbura